Deux bataillons d’imbonerakure de Nkurunziza pour attaquer la ville de Bujumbura

nyyDEUX BATAILLONS DES IMBONERAKURE POUR SIMULER UNE ATTAQUE

En Afrique du Sud, le sommet des chefs d’Etat de l’Union africaine demande au pouvoir d’organiser un dialogue avec l’opposition afin d’arrêter les dates des élections de commun accord et aussi l’envoi des experts militaires pour surveiller le désarmement des miliciens imbonerakure.

La question des imbonerakure est cruciale. Elle s’invite dans tous les débats sur le Burundi. Le pouvoir a déjà transformé ces milices en véritable armée. Cette milice a déjà remplacé les forces de l’ordre. C’est cette milice qui circule dans des véhicules fumés et des pick up qui tirent sur les manifestants.

Nkurunziza prépare son attaque du Burundi avant le 22 juin 2015

Selon des sources proches de la milice imbonerakure, deux bataillons sont déjà constitués, des armes et tenues ont été distribuées à plus de 1000 miliciens imbonerakure.

Le Président Nkurunziza et Adolphe ont constaté que beaucoup de manifestants ont fui le Burundi et pensent qu’ils sont partis préparer une attaque contre son pouvoir. Usant de la même tactique que pendant  le putsch manqué, le Président Nkurunziza veut devancer une probable rébellion en créant la sienne qui passerait à l’acte avant les autres.

Des réunions de préparation se passent au bar Iwabonabantu.

Simuler une attaque de l’opposition pour assassiner les anciens manifestants et opposants

 Il est prévu à la fin de cette semaine une attaque des deux bataillons imbonerakure à Rukoko. Ils tireront avec des armes lourdes comme les mortiers et mitrailleuses pour faire comprendre qu’il s’agit d’une attaque de grande envergure. Le lendemain, les deux bataillons se volatiliseront dans la nature mais réapparaitront dans les quartiers contestataires comme Ngagara, Musaga, Nyakabiga et Mutakura pour arrêter des soi- disant rebelles qui ont attaqué le pays. Il est prévu beaucoup de tueries bien planifiées par le Président Nkurunziza et Adolphe. Cette action sert à museler une fois pour toute les contestations contre le 3 è mandat et aussi mettre les morts sur le dos de l’opposition afin de refuser les discussions.

Cette attaque tablerait aussi sur la corde ethnique afin de tenter de rallier une ethnie à son 3 è mandat.

Aujourd’hui, ils disent qu’il est difficile d’éviter la CPI à La Haye et qu’ils préfèrent y aller pour un dossier bien rempli. Il est difficile de savoir qui entre Nkurunziza et Adolphe suit l’autre ou qui a assassiné plus de Burundais.

L’information que nous publions n’a pas le sens de décourager ou de propager des rumeurs. Nous avons bien réfléchi, posé le pour et le contre de la publication. La source émane de quelques imbonerakure qui vont participer à l’action. L’information a été authentifiée. Personne ne peut la prendre à la légère.

Le Président Nkurunziza tient à son 3 è mandat et il tue pour se maintenir.

Par Gratien Rukindikiza, Burundi news, le 15/06/2015

47 réflexions sur “Deux bataillons d’imbonerakure de Nkurunziza pour attaquer la ville de Bujumbura

  1. MBEGA MWIBAGIYE KO MURI CRISE YA 93 MWAVUGA NGO ABANTU BITEYE AMA GRENADE UBU NAHO NGO BIKUBISE COUP D’etat ngo ba zanye rebelion mbega mwibaza ko invugo zanyu kuva mutwiciye président tutarazitahura ;ahubwo mukumbuye GUTWATA ;ivyo mwahora muronka mwabibuze ;aho mwaducinyirije haraheze

  2. Hazoba intambara, n impuha zintambara mwirinde ntimuhagarike initial kuko bitazobura gushika..ariko n ikimenyetso cerekana ukugaruka k umwana w imana

  3. Imana Irakunda Uburundi N’abarundi Kuko Naho Bategura Binyegeje Gute Biramenyekana.Ewe Umuhezagiro Umusenyeri Araho Yabahezagiye Warabafoshe!
    Ese Babihevye Tukabana Amahoro Boba Iki?

    • hewe muri hambira kubutegetsi n gushigikira ibinywamaraso mpema zuzuye tuzoraba iyo muja. Nkurumbi buca bamufotsa ivyo yivye uburundi kandi ategerezwa gusubiza amatungo atumvikana afise amugira umutunzi no3 wa Afrique sub-saharienne. Mbega umushahara ahembwa ko uzwi izo milliards za dollars yazihembwe ryari pendant 10ans zonyene? Bitebe bitebuke ukuri kuraja ahabona aho bukera. Gume mwese arundi mubona aho ibi bimwenyi bigejeje igihugu.

  4. Umve ndababwire: opposition irabesha, ahubwo ni bo bateguye gutera uburundi izo tariki zo muri iyi ndwi, ahubwo service zibijejwe zirabikurikirana neza kuko murazi ivy’i kiriba hondes, niko bavuga ngo ni imbonerakure ziriyo, ariko mwarabonye ko yari opposition!! yaciye itera mu cibitoke atan’imisi ihaciye. soyez prudent!!!

    • ivyo uvuz ga claude ntasoni aho umutima waw ntaco ukwagirij?abantu nkaw nibo bish iki gihugu,kubeshera abantu kuvuga kwikintu cera kandi cirabura boire le sang des innocents nivyo bibaranga mugenda murondera abo murotsa nk’imbwa zisara,SEUL LE SEIGNEUR EST JUSTE KANDI IMBERE Y’IMANA NTACIJANA NIMUTAYUMVIRA NGO MWIHANE N’UMURIRO UDAHERA il ya 2 chemin ds la vie d’une personne la vie et la mort donc vs avez choisi la mort courage………..

    • Ngira wewe Gakukwe uri mu bategura gutera Uburundi kuko ntamuntu numwe yokwubahuka kuharira
      aravye kandi akaba akurikira ibigigwa mu Burundi Nayo ivya Kiliba Ondes ntanumwe atazi ko Imbonerakure zari muri Congo kandi zikaba arizo zateye Cibitoke mbere zikaja kutera ubwoba abanyagihugu muri Mwaro Mugamba Jenda na Bujumbura
      Integuro Abicanyi bagira siyo nteguro y Imana Izobatetereza kandi izokiza Uburundi arico gituma tuguma tumenya amafuti bariko baragira Amaraso bakoze bazoyishiura

    • Bikore ariko muzovyishura. None hho opposition yotera ako karwi kinkorabara mpemazuzuye yoba ikosheje iki? ko akangisha abari muri manufestion inkoho yahaye imbonerakure ngo zikore genocide yabarundi, ntaworeka ngo ako kajagari kabandanye. umuriro kuwundi maze tuze turabe ivyo mwivye iyo muzobihungishiriza na rirya amakungu nibihugu bibanyi bose babatera ivyatsi. reka buce rubamwa nimwe mwarukarihije basha.

  5. 2 Messages au Président Nkurunziza: 1)  » L’Arrogance précède la Ruine et l’Orgueil précède lz Chute ».
    2)  » Le Fruit de l’humilité égale Sagesse , Richesse et Gloire « 

  6. Que faire chers burundais et burundaises qui soutiennent ou non le 3è mandat? Dans tous les cas, Nkurunziza et Adolphe ne tueront pas tout le peuple burundais. Il sera comme HAVYARIMANA notre Président. Pour mourrir , je rapplelle, HAVYARIMANANA du Rwanda a refusé les négociations avec le FPR. Wait and see!!!

  7. Mbega izo mbonerakure zigirira formation mu Rwanda ni izihe? nakodata ngo kubera mwavuze ko mu burundi huzuye interahamwe Kagame ngo yaciye abemerera abasoda biwe ibihumbi bibiri ( 2000) vyo kuza bubafasha kuzigwanya !!!! Ariko izo nterahamwe mu vuga ngo si izindi ni Abahutu IMANA ariyo . Yezu yavuze ati uwuzicisha inkota azo kwicishwa inkota n’amwe muzokwicishwa nivyo muzokwizanira mwebwe nyene Imana niyo c’abona.

  8. Murakoze cane gukebura abarundi ko mwimirije gutera uburundi kugira mutobe amatora , ariko Imana dusenga naho mwoba mutayemera izoguma yirekena uburundi n’abarundi.
    Gusa haragowe aba bontu bagomba gushora abo ba rebelle kumgabo z’uburundi amaraso yabo aze abaharugweko. Nayo kuvuga ngo imbonerakure vyose birazwi kandi ingabo z’igihugu zibarindiranye igishika cinshi .

    • @Habonimana Jean Marie
      Monsieur Jean Marie, le ridicule ne tue pas! Aho ntasoni. Ivyo baguhaye ugomagira muriyo nda yawe uzobiruka, kandi abo mwateguye ngo bamare abantu nibo bazobahindukirira. Urabona zirya mbonerakure zishwe n’abazirungitse muri Kiliba ondes. Amaraso y’abarya bana bigihugu mukoresha mukurementanya azobahumira. Vous etes des sanguinaires et vous répondrez cela devant la CPI

    • Hewe Jean Marie kijuju. Nimba barakumanyuriyeko kuvyo bariko basahura igihugunabarundi nyarucari uraheza ubirye neza. Mbega iyo Mana mwoba musenga yoba arimwe yababonekera ibabwira ko Nurumbi wanyu yarazwe uburundi? Teshwa mute nta mana yokwigera yemerera ibisuma vyibinywamaraso ko bibandanya guha isura mbi igihugu cacu mavukiro. Izo ngabo zawe na Nkurumbi sinzi ko zoba zikomeye gusumba izo kwa Saddam Hussein wa Iraq canke iza Kaddafi nabandi bigira ibihangange mugupfukama abenegihugu. None uno munsi barihe? Na havyarimana w’Urwanda yiyita ko ni Kinani cananiye Imana nabagambanyi yaratemvye RPF iratereka none raba Urwanda rusigaye rusa na Burayi nkubundi. Hewe gerageze kwihambira kurusato nka yanyondwe yihambira kurushato inka bayibaze kera. tuzoraba iyo muja. Kandi muvyo mwubaha no gutinya mutinye kudafatanya ubukunzi bw’inda buranga ubutegetsi bwa CNDD-FDD nivyamoko kuko abagiye kumutumura bava mu bwoko bwose. Yaco muzunwa mwitwaza ivyamoko kugira muhume amaso abarundi bataratahura imigambi yanyu yo gusahura mwuzuza imipfuko ariko turindiye turabe iyo muzoyajana ayo mwivye kuko ama biens yose mufise tuzoyasubiza igihugu. Mbega wa gipfamutimawe Jean Marie waruzi ko Nkurumbi wawe asigaye ari richard no3 wa Afrique sub-saharienne? Mbega ko umushahara wa president kukwezi ari tuwuzi ko ari aux environ de $ 1000 par mois akaba atwaye au plus 120mois izi milliard za dollars nabakuru bibihugu ba Europe, America , Asie na Oceanie badafise naho boteranya bose we yayakuye hehe? nimba waraciye ku ntebe yishure ukaba war passa muri mathematiques ata tricherie ugize raba ibi biharuro bito cane: 120x$1000=$ 120000. Reka ko tuzi abanya Africa bacu biba bari kubutegetsi tugwize na cumi ayo mahera Nkurumbi au moins yarikuba afise amahera angana na $120000×10= 1,200,000( UN MILLION DEUX CENT MILLE DOLLARS ) ATA BUSUMA BUBAYEMWO. ayo yarafise atarafata igihugu arazwi no mu Burundi hariho abadandaza bayamurusha imbere yuko afata igihugu muntoke ziwe. None yakuyehe izi milliard za dollars afise ku ma compte mu bihugu bitandukanye? ABARUNDI TURAKWIYE KUVAVANURA NAGATIMA KO GUSHIGIKIRA UMUNTU MUMAKOSA TWITWAJE KUBA DUSANGIYE IKI CANKE KIRIYA NA CANECANE ( ubwoko, intara, idini umugambwe nibindi ntiriwe ndavuga). Jean marie tohoza uzomenya ico Peter aharanira ko ari inda yiwe nakagwi kiwe basangiye ubube gito naho ivyubwoko mu bikure mu nzira. Niwaba utarategera neza soma , baza uzobimenya. Kandi wewe nibaza kiretse ubwoko mbona ushira imbere ko woba usangu=iye na Nkurumbi, uri umuntu muto cane muri kahise ka CNDD-FDD kuko hariho abantu bamuzi kugusumvya bamuvuye inyuma kuko babonye ko intumbero ziwe arizo guta uburundi mu manga. NUBU NTURUMVA NEZA CANKE URINZE GUCIBWA AMATWI?

  9. ncuti zanje ndababwire,reka dusenge imana gusa,nayo iyo dusenga iravyumva kandi irabibona,niyo izishura,k Dieu vous benisse et benisse le Burundi

  10. Turazi ivyarivyo. Ahubwo batevye. Ibizokononekara sinzi abazohahombera. 99,9% y’ibutunzi biri muminwe yabantu batarenga 14% kandi nibo bashaka intambara. Nibaze tugwane nibo bafise ibizononekara. Naho gupfa novuga KO atawuva amazing. These tuva amaraso. Karibu. Karibu. Karibu. Ntamwana arimwo kandi 1972 yaraheze.

  11. 99,9% de LA richesse DU Burundi don’t dans les mains de 14% de LA population. Or CEA 14% de LA population ne won’t pas satisfaits de ces 99,9% des richesses. Et c’est cette population qui veut attaquer led 86% qui ne possedent que 0,1% des richesse
    Alors on peut se pose LA question
    Qui via perdre le plus one fois LA guerre eclate alors que le theater Sera LA où don’t les richesses. On a comprie que chaque fois que led medias lance in rumeur signifie ce que les destabilisateur prepatent. Utinya ingwe ntutinya iyikwinjiranye. Nakare tubigwaniyemwo niho vyosambuka tukazotangirita hwe bushasha. Igisagara kikaringanira. Ibizu vyose bikururuka. Uwuzohomba ubwambere si umuhutu.

    • Uwo mutwe ufise ivyiyumviro vyibiharuro vyo guharura pourcentage za population burundaise waraboze peeee. Mbega iyo peter yitwa richard no3 dela region afriquaine sub-saharienne yoba ahako abahutu bangahe mu bariko bicwa ninzara. Ayo macakubiri wigishijwe na so na nyoko uzoyigishe ibijuju uvyaye canke wavyaye bizofata inzira nyabahururu nkawe, kuko abarundi babona kure ibi bihe turimwo bitandukanye namoko kuko ubu hatwara inda not ubwoko wa gipfamutimawe. Mbega Nkurumbi wawe amaze kwica no gutoteza abahutu benewabo bangana iki? woba uzi abaenshi bapfuye muri manufestation ubwoko bavamwo? Intambara ni ntibukuka ya liberation yigihugu cacu kizigirijwe nakarwi ka ba nsumirinda ariko reka gato buca bibahamburukana.

  12. ivyo nivyaba ari vyo turiko tuva he tukaja, twibutse iyo twavuye ntivyari bikwiye ko dusubirayo kuko,abarundi turakeneye kuvyara tugakuza.None ko président yanse akagaye n’agacinyizo kintwaro ziheze akaja mwishamba akagwana,ashaka gusubizayo abandi! ako n’akumiro!!!Imana nitugarukire

  13. Nous avons deja vu que Nkurunziza et ses acolytes sont prets a tout faire pour qu’il reste au pouvoir! Alors, Messiers, si cette information est vraie, nous vous supplions d’exposer la source le plus tot possible! Ìnformer les agences de defence des droits de l’homme avant l’hecatombe! Si l’info n’est pas veridique, tu viens d’inspirer (donner une idee geniale) Willy Nyamitwe et Adolphe Nshimirimana et ils ne se deroberont pas! Une solution finale pour eux..^pour cela: alertez le monde!

  14. Ivyo vyose nibizomuhitana Na Adolpfe wiwe, aho bahereye bazoshigwa bitwaye agatwe bonyene. Ivyo nkurunziza akora n’ivyo bisesema abarundi, bigatuma bazemera kwiyahura hako asubira guhanamira igihugu nk’uko amaze imyaka 10 abikora. Ashaka abarundi bagume mu ruhagarara, bame batekewe n’ubwoba, bame ntibuca ntibwira kubera banse ko agira abrundi abaja. Ibuye riserutse ntiriba ricishe isuka.
    Abapfa bazopha ariko abarundi ntibakiri bazokwigwanira, ibikurikira bisubire kurabo babikweze. Noneho amakunku azoba ari temoin, ubuho ko ntibikiri ivyiwe wenyene.

  15. Mr nyambariza yipfuza intamabara mu burundi bwacu Imana ibanze imugirire imbabazi kuko urukundo yadukunze naho azokwiyahura ntavyo azoshikako. Nayo ibindi vyose uzovuga Imana izoguma ariyo cabona c,abarundi kandi muzogaragarira ahabona.

    • Tu es loin du Burundi peut être.Tu acceptes ou tu n’acceptes pas , tu n’as aucune décision sur ce conflit burundais. Laisse donc les burundais de bonne fois ou la communauté internationale faire leur travail.

  16. ce matin,je disais,like that »I HAVE A DREAM.I HEVA A DREAM.pourquoi,bientot le pays sera libere.ces milices en preparation sera detruites sans faute,et ce sidisant nkurumbi n’a qu’a se rendre à la haye y compris son frere sanguinaire adolphe.igihugu sicana,abashingantahe turacariho.iyo ntwaro yarakuyeho inama yabashingantahe,yarakuyeho akaranga kabarundi ishiraho akaranga ko mwishamba bibaza yuko ariyo tukiri.ntitugasubire mwishamba arakijanayo wenyene nabo bakorana ibibi.natembe tunywe twiryamire amahoro.

    • nigihe igihugu cagengwa n’abashingantahe siho abarundi twari tworohewe. Abarundi twamana intekera kumutwe kandi abashingantahe bitwa ngo barahari. Sinzi ko ari ugusiga inkore kumaso nuko ubivuga ubizi? Ivyabaye mugihe c’abashingantahe, uwobigaragaz agac abigererany nibiriko birab uy musi nabonyene bokwitora amakosa. Dusenge Imana niyo izokiz uburundi.

  17. Tiens!!!
    Quelles nouvelles!!!
    Si ce que vous dites est vrai, il faut inviter à tous ceux qui peuvent de fuir le pays dès aujourd’hui.
    Qui va protéger la population? Qui sera tué?
    Mukama, garukira Uburundi.

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s