Alerte: Un Génocide est en cours au Burundi !

Alerte: Un Génocide est en cours au Burundi !

Genocide Burundi P001

Le scenario kényan se répète à l’identique au nord du Burundi (images d’archives)

Depuis ce mardi 30 décembre 2014, le Burundi est en guerre. Le gouvernement affronte une rébellion qui n’a pas encore dit son nom depuis cinq jours.

Derrière cette sale guerre sans communication officielle des deux cotés, se cache un plan de génocide bien planifié par le parti au pouvoir et ses acolytes.

Les militaires et policiers tutsi mis à l’écart des opérations

Quand le gouvernement a été mis au courant de l’attaque des rebelles dans la province de Cibitoke, une équipe de généraux a été mis en place par le parti au pouvoir (le CNDD-FDD pour ne pas le citer) pour organiser la riposte. Le plus étonnant c’est que les réunions se font en dehors de locaux habituels de l’état major général de l’armée mais plutôt chez un particulier. L’état major parallèle est dirigé par les généraux NIYOMBARE Godefroid et NZIRAKOBUCA Gervais. Les officiers tutsi sont exclus de ces réunions stratégiques. Ils sont accusés d’être de mèche avec l’ennemi.

L’armée a refusé de combattre

L’armée burundaise est une armée disciplinée et reconnue au niveau mondial de part sa participation dans plusieurs opérations de maintien de la paix. Mais la guerre qu’elle mène contre ses propres frères et sœurs ne ressemble pas à ce qui se passe habituellement. Et pour cause ce n’est pas notre armée nationale qui mène les opérations mais un groupe de généraux FDD (anciens maquisard parachutés au pouvoir par des négociations issues de messes noires) qui se disent combattre l’ennemi or qu’ils sont entrain de perpétrer un génocide sans précédant dans notre pays dans un silence totale.

C’est ainsi que plusieurs militaire tutsi qui ont refusé de massacrer la population ont été abattu sur le champs de bataille et déguisé en rebelle ou défiguré à l’aide de l’acide pour ne pas être reconnu par la population ou leur famille.

Du coup, les officiers tutsi ont également refusé de combattre. Certains sont même en résidence surveillée dans leurs appartements à Bujumbura.

Renforts des INTERAHAMWE et des IMBONERAKURE

Face à ce refus des militaires à combattre l’ennemi d’une manière non conventionnelle, les généraux FDD ont fait recours à leurs camarades du FDRL (anciens INTERAHAMWE rwandais de triste mémoire) qui sont cantonnés au Burundi depuis trois mois pour les aider à massacrer les tutsi dans les régions du Nord-ouest du pays en les accusant d’être de mèche avec les rebelles.

La clique de généraux FDD est appuyé également par la milice gouvernementale IMBONERAKURE qui sévit depuis plus de 9 ans dans le pays. Un enrôlement de force est en cours également chez les anciens combattants du FNL-PALIPEHUTU pour renforcer la milice gouvernementale. Les militants du PALIPEHUTU-FNL qui refuse de participer à ces massacres sont immédiatement arrêtés et accusés d’être de mèche avec la rébellion.

Bilan du génocide en cours

Les rebelles qui n’avaient comme objectif d’atteindre la Kibira pour y installer ses hommes a réussi sa mission avant le 1er janvier 2015. Ils ne combattent plus. La chasse à l’homme qui est opéré aujourd’hui par les IMBONERUKURE et les INTERAHAMWE dans la région nord est un plan de génocide bien établi. La région du nord-ouest regorge de beaucoup de tutsi la plupart des éleveurs de vaches. Ils sont entrain d’être massacré uniquement à cause de leur appartenance ethnique or que la rébellion a déjà atteint son objectif et n’est plus en état de nuire pour l’instant.

Les tutsi sont systématiquement arrêtés en masse et conduits dans les provinces du nord pour y être tués. Le gouvernement  dira demain que se sont des rebelles tués sur le terrain des affrontements. Nos sources viennent de nous confirmer que le nombre de tutsi tué avoisine le millier à l’heure de la rédaction de cet article.

KABURUNDI Jean Jacques

31 réflexions sur “Alerte: Un Génocide est en cours au Burundi !

  1. Nyabenda umukuru wa cndd fdd yaraye avuze ko ikitero ca Cibitoke cagizwe na Sinduhije Kumwe societe civile yavuga iti kobibananiye kwerekana uwateye uwariwe bariko bategura irementa kugira barabe abo bavyegekako
    jewe nca nibuka muri 2011 baravuze ngo Snduhije afise ikirobere mbere baja kumutegera muri Tanzaniya
    ngo bamwice Imana irakinga mbere nyagihe bumvise ngo yafashwe aba dd baririmba ngo bazomuzana mu nkorofani ngo yambaye impuzu za Gisirikare ngo abanyagihugu nibo bazomwihanira,Bukeye baramaramara
    Muri 2012 bakora Igitero kigizwe na bapolisi mu Gatumba bica abantu 39 bibereye mu Kabare ahanini bagizwe na ba cnndd fdd mu ntumbero yokushira ico gitero kuri ADC IKIBIRI ivyo vyose birabapfana
    Ejobundi mu mwaka uheze ba Rukoti baratera barica abantu muri Mwaro Mugamba Jenda na Bujumbura
    ngo nabo mu Kibiri abafashwe aho bobashize imbere y intahe barishwe kuko batinya ko bovuga ukuri
    Jewe nsavye Nyabenda Pascal aduhe umuco kandi azane ivyemezo yahawe numuhisi Eric ndayshimiye
    kuvuga ngo icemezo ngo nukwo Eric yapfuye ,Ico sicemezo kandi nayaba yarapfuye yazibiye icobo ciwe
    nawe Nyabenda icobo cawe kirakurindiriye
    Nkasaba ko abize amategeko bo muri ADC Ikibiri bokorera kurivyo Nyabenda yagirije Sinduhije na MSD
    Kugira Intahe Ikubitwe mu gahanga uwagiriwe ni caha
    Nkasaba abarundi bashishikare amasengesho kugira Imana yame isambura iyo migambi mibi bama barimwo nkasaba abarundi kuhoza ababuze ababo muriryo rementanya ryiyo leta bishobotse tuje mwi barabara kuvyiyamiriza, ko amaraso ya barundi yohumira abariko barayasesa

  2. Reka ingwano, mureke kumera nka Gahini yica mwene wabo Abelle! Nukuri ntugirengo uhejeje aha kwisi ngo biba birangiye la vie continue et tu seras condamne’´! Ubwo Burundi mwabuhawe ngo mu vyonyange ibiremwa vyabwo? Canke mubagare ivyo vyamwa ( abantu bose ata gucagura) vyaco? Garura agatima, ikebuke, umuntu wese areke kwiyumvira kwica! Kuko ingero y’icaha ni urupfu !

  3. kuva kuwa 30/12/2014:HArabaye imigwano muntara yacibitoki nkuko mwavyunvise kandi muriyo migwano harapfuye abantu batari bake bahitanwe niyo migwano bamwe bakaba baguye kurubuga gwintambara ivyo nivyo bikaba bisanzwe muntambara ariko navyo nyene birababaje kandi birateye agahinda abarundi nibahaguruke basengere igihugu cuburundi ;muriyo migwano haravugwa ko hariho abagwanyi bishwe nugwaruka gwabasevile bishikanye bamwe bavuga ko arabahoze kurugamba abandi bakavugako arugwaruka gwimbonerakure ivyo ababikoze bakwiye kurengutSwa imbere yubutungane bakabihanigwa kigiti cabo.ariko umuco ukwiye gutangwa nabari kurubuga .turaSHIimira inzego zumutekano igisirikare nigipolisi kuburyo bifashe kurubuga gwintambara bakagarura mahoro B idatevye.tubasaba kugumya uwo mutima wokwitangira igihugu .nabene gihugu.ariko tugasabako bokwirinda invugo zimwe zimwe zabagomba kubacaniShamwo tubasabakandi kwriinda kugwa mumitego yabasevile:ivyashikirijwe na ines.na roza hakizimana nibareke guteraranya inzego zumutekano kuko igisirikare cuburundi kirimwo abahutu nabatutsi nabatwa .rugonamugabo: nareke ingwra yamacakuri afatiye kumoko.kuko abarundi benshi barakize iyo ngwra ikibazo gihari mubarundi nikibazo capolitike.asangwa ariwe Aifise iyongorane araza nabagenzi biwwe basangiye iyo Gnwara tuberke aho bayivura. kandi abarundi ico dukwiye kumenya politike gwari urukino.dukwiye kujamwo tunezerewe uwutsinzwe ntibatsindeko uwutsinzwe akemera aho intahe ishize nayo agatima ko kurondera ubutsegetsi biciye muntambara nogusesa amaraso yabarundi tubisezere uburundi kibe igihugu cakarorero :demokrasi ishinge imizi mubarundi:ABARUNDI BARARUSHE NINTAMBARA.
    nayo kuvyashikirijwe.na hakizimana roza : namenyeko ikibazo cabarundi abarundi aribo bakwiye kwicara bakakirangiza .amakungu arafasha ariko siyo ashobora gutorera umuti abarundi abarundi rero nibibagire ivyo bapfa barabe ico bapfana.kuko uburundi numurima wisangi .abarundi nibamenyeKO. bagomba kubana uko bigenda kwose.bahiga damasene namenyeko intwaro ya president nkurunziza ingorane ntazitegwa nabatutsi canke aba HUTU. ziva kubo batabona ibintu kumwe .ikindi nuko ubutegetsi bwose buva kumana: asangwa ubutegetsi bwa CNDD EDD. UYU MUSI ARI BUBI HARABANDI BABONA KWARI BWIZA RERO NIBASENGE IMANA IZOBACIRE URUBANZA.KUKO NTAKUGANZA KUTAVA KUMANA.
    IMANA IZIGAME UBURUNDI NA BARUNDI.2ngoma 7:14-15

  4. je viens de comprendre finalement que ceux qui ont attaqué sont contre l’accord d’Arusha, la démocratie, la constitution, la volonté exprimée par le peuple en 2010, le CNDD-FDD

  5. Mbega wa mugabo wo mw’iperereza yafatanwa inkoho n’urumogi agiye muri Cngo,bwaca kabiri intambara igatangura,vyose ,za nkoho zo ku Buterere, vyose ngo ni ivya SNR.,Ivyo ntaco bibabwira.
    Bagabo,ivyo mwariye mwarariye,ibihe vyo kwishura biregereje,mutagomba kuzokwishura abarundi pfume mwiyahure naho ahandi ho intahe irabakubita mu gahanga. « Kula Kulipa ».

    • Barundi bene wacu. Imana niyo yonyene izi igituma yarnye umuntu n’umugambi imufiseko. Ubwoko si bwo bwica hica umuntu. kuko baba abatutsi barica baba abahutu ukwo nyene. Nimtureke kwitwaza ubwoko mukurondera izina twita ubwicanyi. Kuko n’uwutishe akoresheje umupanga canke inkoho aricisha umunwa n’ururimi kandi ni icaha gikomeye kuko umuntu umwica agenda. Mbega ayo majambo yose mwavuze ku bahutu na DD ni imihezagiro muriho muravuga canke n’ibicumuro muriko mwitamwo. Aho muri aho namwe mukwiye gusabirwa guhinduka. Girira neza bose kandi ni musabire ababahama. Ubwo izo nduru muvuza si uko babakuye ubutegetsi mu minwe? Jewe uko mbona si umuhutu azozana amahoro mu burundi kandi si umutusti azoyazana ariko ni umurundi akunda igihugu ategamiye ubwoko kanaka. Uwumva niyumve

  6. aho murivugana.niba mwibazako muzoza muja kugura ubukoho muca muja kuburasisha mucibitoke nimuteshwe mute amase yakera ntgihoma urutaro.ubwobujambo bwose mwitoraguza ntanakimwe muzoshikako uwuzorukarisha ruzomumwa.rirya ni isomo bahaye imihimbiri ihaga nabi ikiyumvira intambara.twebwe turi mucibitoke nitwe tuzi ukuri kuvyabaye naho ivyomwitwaza ama genocide harico mwibazako bizobagezako?murongera muforome abandi bazohura nurwatwaye abandi.ntantambara dukeneye mucibitoke.muratware iryo terambere ahandi.

    • uvuze ukuri IMANA iguhezagire abiyumvira gutangura intambara bahohotera abandi uhoraho arabibona niwe azobarwanya mwebwe mwinumire gusa dusenge Izotugwanira

  7. Abo si aba assaillants. Ni abantu bari barateguwe kwicwa. Mbega umuntu yova mwishamba yambaye gutyo vyoshoboka. Ni babandanye bamara abantu ariko Imana isumba DD. Abo bagore mbona nabo basore ba ma fraîcheur ubona boba bavuye mukibira gute? Rekarakaaaaaaaaaa
    Iyo buba ubwumwe bwari ikindi. Uwo muvugizi uti igisabisho uvuga namba usenga shetani si Imana rugira vyose. Uzoba ikivumeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee

  8. ncuti zanje nkunda.esukuntu uburundi carigihugu ciza, nuko bwahuye nakaje karamara.twaraburiwe burya.ivyavuzwe,biriko biraranguka,ubwanwa bwarafutsumunwa,turarushe,gira icomukoze namwe mufashe abarundi.

    • Le problème des barundi est d’éthniser tout. Même Inyankaburundi viennent d’avoir un autre caché au lieu de se mettre ensemble pour sauvegarder la paix retrouvée après la mort des milliers de personnes innocentes(1993). C’est grave. Ayons au moins un coeur patriotique et les intérêts de chacun(personnels) pourront être défendus après les intérets généraux.

  9. Ahubwo CNDD irazi ubwenge gose yaragiye ku butegetsi igihugu kirangwa na corruption núbuwicanyi ,abo bahutu babatoye ntaco babamariye ahubwo nabonyene benshi barabishe ubu lero hageze amatora barabona yuko majorité ya bahutu batazobatora il fallait trouver une situation qui pourrait unifier tous les hutus planifier un génocide des tutsi comme ca hazoca haba tension entre hutu et tutsi les hutus basubire kubaha icizere na confiance aba tutsi nabo batobatora ni minoritaire

  10. Erega aba dd ntabwenge bagira nagato. kandi imana yarabavumye . tabaza baramaze abantu. Twosaba force international pour arreter ce genocide. Abasirikare nabo batarata akarangamutima ,nimwanke mukingire bene wanyu . Turagowe ntituzobona turabomoye . Erega dutwarwa na mashetani , imana ni badukureko turayipfukamiye .ni turonse Moise amen

  11. Kimwe gusa mwomenya, nuko mwomenyera ko ubutegetsi butangwa n’abene gihugu, kuko n’ubw’abarundi s’ubw’abanyamahanga, mugende rero bukebuke abarundi tuzoce urubanza.

  12. Umwicanyi wa mbere ni uwicisha ururimi , umubeshi, uwuteranya abandi, uwubiba urwanko. Nkurunziza twomureka kuko nawe nyene yacitse kw’icumu nk’abandi. Ntabaye umutegetsi wa mbere yishe. Kandi imbere y’Imana twese tuzobazwa uruhara twagize mu gukunda

  13. Emweeee, Utora nabi ugatwagwa nabi, Akaje karemegwa. Ariko Amabi twatewe nintambara ntitwari dukwiye kuyibona kandi, Mbega abobantu bagwana Indwi yose ikarumana, bataramenyekana boba atarabarundi? Nibab’Arabatutsi Baje kugwanya Intwaro yabahutu Ntibaramenyekana koko? Mbege Abatutsi nibo boba bateye umutekano muke Ubutegetsi bwa cndd fdd? kare hahora hatera Abagwanyi Ijoro rimwe, Bakabita abasuma. mbega ubuhoho Umuntu yobit’abaki? Emwe ejo buzoca, Ariko Intambara ntaho Izoshikana uburundi n’Abarundi, Kimwe gusa numwayitanguye Izomushikira, Niyaba Arintamaba ya politique naho Nubujuju bwigendera.

  14. Abarundi relo nibatebutse kubimenyesha amakungu kandi abize amategeko bakore cane mukugira amadossiers bitwarire iyo Leta nsavye kandi amaradiyo ni bimenyesha makuru ko bokorana nabari hafi yaho ivyo bintu biriko birabera kugira barabe ko bomenya amazina nibiranga abo bishwe mu ntumbero yukwo ababo bazoshobora kubahamba nagahinda mugabo jewe sintangaye ndavye ivyo bakoze teza buta bugendana butezi nyamutenderi rukina mugongomanga eka uburundi bwose mukubahera bakabaha ubutegetsi ntawotangazwa nubutegetsi bwa nkurunziza yubahutse akasogota umwana amuhungiyeko

    • none ka rosa kuvugaho gusa utavuga abiciwe mukamenge abahambwe n’amashini kunyambeho abiciwe muri comune itaba igitega abanyeshur biciwe kur universite y’uburundi kur za lycee musinzira igitega Za ENG zose??eka nahandi hoseee

  15. oya nawe ugira urenganye Gaciyubwenge, uramenya neza ko iperereza ari urwego rufise ibigwanisho kandi ejobundi bari batubwiye ko babonye inzu itaizwi yuzuye ibigwanisho baca bavuga ngo nivy iperereza bivuga ko iyo ngwano ari iyateguwe ikindi ejo bundi imber yukwo bunyoni na adolphe bakugwa mu bibanza bahoramwo bari bafashwe bariko baragira inamai ku murembwe baganira nu mukuru wa bamayimayi bumvikana kukuntu bazofasha mu vyerekeye ingwano jewe ndabiha intumbero yukwo iyo leta ariyo yateguye ingwano kugira bice abatutsi nabo bose batasangiye ivyioyumviro bongere bakure mu gisoda uwo wese badashaka
    urumva ko gaciyubwenge atajambo afise muriki gihe reka turindire inyishu izoteba iboneka

  16. Je remercie d’abord KABURUNDI JJ qui ose dire ce qui l’a déjà collecTé comme informaTion à propos de ceTTe guerre. none ko abobivuga neza TukavYizera badashaka kubivuga ni ukuvuga Yuko baTinYa kuvuga ivYo Jean J YubahuTse kuvuga. nabo rero nibabihinYuze kandi mumajambo Yo aTari bimwe vYo kwigovYora ahandiho duhava dufaTa ivYo vYa JJ.

  17. muriyo nama gaciyubwenge ntiyarimwo? uko biri kose twe duharurako ari we yagavye ivyo bitero atari niyombare wiperereza!!!! namba gaca atarimwo arindiriyiki kwiha ubuki???

      • Muraduter’akamo natwe dushyireho akacu.Erega burya si buno,Hari umugani mu kinyarwanda ngo »ukubita imbga,karabaye kera,ukayimara ubgoba,maze ikakurya »
        Icyo nzi nuko ntawuzongera gutega ijosi,ngo »Tema »ndizanye kuko ndi nyagupfa.OYAaaaaa!!!!

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s